Ivyakozwe 15:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe35 Ariko Pawulo na Baranaba bagumye muri Antiyokiya, aho bo n’abandi benshi bigishije bongera bavuga Ijambo ry’Umwami Yesu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Kandi Paulo na Barunaba baguma muri Antiyokiya bigisha abantu, bababgira ijambo ry’Umwami Yesu, bafatanije n’abandi benshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |