Ivyakozwe 15:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Yuda na Silasi, bari basanzwe ari abavugishwa n’Imana, bongera bababwira amajambo menshi yo kubatera intege no kubakomeza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Na Yuda na Sila, kuko na bo bār’ abavugishwa n’Imana, bahanūra bene Data mu majambo menshi, barabaremesha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |