Ivyakozwe 15:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Muze mwirinde kurya ivyaterekerewe ibigirwamana, amaraso canke inyama z’ibikoko binizwe, kandi mwirinde ingeso mbi z’ubusambanyi. Nimwavyirinda muzoba mugize neza. Turabasezeye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 mureke kurya ivyaterekerejwe ibigirwamana, n’amaraso, n’ibinizwe, mureke no gusambana; ivyo ni mwavyirinda, muzomera neza. Nuko muganūke. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |