Ivyakozwe 15:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe28 Kuko Mpwemu Yera vyamubereye vyiza, kandi natwe bitubera vyiza kutabaremereza ikintu na kimwe kirengeye ivyo tubasaba, ari vyo vy’ibi: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Kuko Mpwemu Yera bimubereye vyiza, natwe n’uko, kutabīkoreza uwundi mutwaro urenze ibi bikwiye: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |