Ivyakozwe 15:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Maze babarungikana ikete ryavuga ritya: Twebwe bene So, intumwa n’abakuru b’ishengero, Turabaramukije mwebwe abanyamahanga bizera bo muri Antiyokiya, i Siriya n’i Kilikiya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 bandika icete, barakibarungikana, canditswe girtya, ngw Intumwa na bene Data bakuru turabatasha mwebge bene Data bo mu banyamahanga bari muri Antiyokiya n’i Siriya n’i Kilikiya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |