15 Amajambo y’abavugishwa n’Imana aremeranya n’ivyo, kuko handitswe ngo:
15 Amajambo y’abavugishwa na yo ahūye n’ivyo, nk’uko handitswe,
Mwiyubare rero kugira ngo ivyo abavugishwa bavuze ntibibashikeko, aho bavuga ngo:
Kuko Umwami yari yadutegetse ati: ‘Nagushiriyeho kuba umuco ku Banyamahanga, kugira ngo uzoshikane agakiza ku mpera z’isi.’”
‘Inyuma y’ivyo nzogaruka, nsubire nubake inzu ya Dawidi yasambutse. Nzosubira nubake imisaka yaho ndayisanure,