Ivyakozwe 15:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Ahubwo twizera ko twese dukizwa n’ubuntu bw’Umwami wacu Yesu Kristo.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Ariko twizeye yuko tuzokizwa n’ubuntu bg’Umwami Yesu nka bo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Ariko ico tuzi ni uko umuntu atemerwa n’Imana nk’umugororotsi kubera ibikorwa vy’ivyagezwe, ahubwo abihabwa no kwizera Kristo Yesu. Natwe nyene twizeye Kristo gutyo turonka kwemerwa n’Imana nk’abagororotsi kubera kumwizera, atari kubera gukurikiza ivyagezwe, kuko ata muntu n’umwe azokwemerwa n’Imana nk’umugororotsi kubera gukurikiza ivyagezwe.