Ivyakozwe 14:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Nuko yumviriza Pawulo ariko arigisha, Pawulo na we aramwihweza, abona afise ukwizera kwotuma akira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Uwo yumva Paulo avuga, na we amuhanze amaso abona kw afise ukwizera kwo gukizwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |