Ivyakozwe 14:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Ariko Pawulo na Barunaba bahamara igihe kitari gito, bavugira Umwami Yesu bashize amanga, na we agashingira intahe Ubutumwa bw’Ubuntu bavuga, mu kubakoresha ibitangaza n’utwumiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Bamara imisi myinshi bavuga batabobotereza kubg’ Umwami Yesu, ashingira intahe ijambo ry’ubuntu bgiwe, abaha gukora ibimenyetso n’ibitangaza n’amaboko yabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |