Ivyakozwe 14:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Bashitse muri Antiyokiya, bakoranya ishengero baryiganira ivyo Imana yabakoresheje vyose, n’ukuntu yugururiye imiryango Abanyamahanga na bo bakizera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Bashitseyo bakoranya ishengero, babīgānira ivy’ Imana yakoranye na bo vyose, n’ingene yugururiye abanyamahanga urugi rwo kwizera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |