Ivyakozwe 14:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Pawulo na Barunaba, bamaze gusenga no kwisonzesha, baca bagena abakuru b’amashengero yose, babaragiza Umwami Yesu bari bizeye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Kandi bamaze kubatorera abakuru mu mashengero yose, no gusenga bisonzesha, babaragiza Umwami Yesu, uwo bizeye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |