Ivyakozwe 14:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Nuko bavuga Ubutumwa Bwiza muri ico gisagara kandi baharonka igitigiri kinini c’abigishwa. Hanyuma baca basubira i Lusitira, muri Ikoniyo no muri Antiyokiya အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Bamaze kuvuga ubutumwa bgiza mur’ ico gisagara no guhindura benshi abigishwa, basubira i Lusitira no muri Ikoniyo no muri Antiyokiya, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |