Ivyakozwe 14:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Ariko abandi bigishwa bamaze kuza bakegeranira aho yari ari, aca arahaguruka, asubira mu gisagara. Bukeye we na Baranaba baca barahava, baja i Derube. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Arikw abigishwa bahagaze bamukikije, aravyuka, aja mu gisagara; bukeye bg’aho avanayo na Barunaba, aja i Derube. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |