Ivyakozwe 14:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Maze haca haza Abayuda bari bavuye i Antiyokiya no muri Ikoniyo, bosha abari aho bose, batera amabuye Pawulo, bamukwegera inyuma y’igisagara bibwira ko yapfuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Maze haza Abayuda bavuye muri Antiyokiya no muri Ikoniyo; bamaze kwosha ishengero, batera Paulo amabuye, bamukwegera inyuma y’igisagara, bagira ngo yāpfuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |