Ivyakozwe 14:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Ariko ntiyigeze ihengeshanya kubiyereka mu vyiza yabakorera: yabaha imvura iva kw’ijuru n’umwimbu mwinshi mu gihe cavyo, ibaha ivyokurya bikwiye, ikuzuza imitima yanyu umunezero.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Ariko ntiyabirekeye ngaho, itagira ico kuyishingira intahe, kuko yama ibagirira neza, ibaha imvura iva mw ijuru, n’ibihe vy’ivyimburo vyiza, ibahāza ivyo kurya, yuzuza imitima yanyu umunezero. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |