Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 14:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Baranaba bamwita Zeyusi, Pawulo na we bamwita Heremesi, kuko ari we yigisha kenshi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Barunaba bamwita Zeyu, Paulo na we bamwita Herume, kukw ari we yar’ imvuzi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 14:12
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ishengero ribonye ivyo Pawulo akoze, bavuga n’amajwi arenga mu Kinyalukawoniya bati: “Imana zadushwayemwo zambaye imibiri y’abantu!”


Maze umuherezi wa Zeyusi azana impfizi z’inka n’ingori z’amashurwe kw’irembo ry’igisagara; aho ni ho hari ingoro y’iyo mana. We n’iryo sinzi ry’abantu bagomba gushikanira ibimazi izo ntumwa.


Umunyamabanga w’igisagara arabahoyahoya, ababwira ati: “Yemwe bantu bo muri Efeso, abantu bose barazi ko mu gisagara ca Efeso ariho hari ingoro ya Arutemi, n’igishusho cayo cakorotse kiva mw’ijuru.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ