Ivyakozwe 14:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Ishengero ribonye ivyo Pawulo akoze, bavuga n’amajwi arenga mu Kinyalukawoniya bati: “Imana zadushwayemwo zambaye imibiri y’abantu!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Maz’ ishengero ribonye ico Paulo akoze, bavuga n’ijwi rirenga mu Kinyalukawoniya, bat’ Imana zitumanukiyemwo zīshushanije n’abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |