Ivyakozwe 14:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Muri Ikoniyo, Pawulo na Barunaba binjira mw’isinagogi nk’uko bahora babigenza. Maze bavuga Ubutumwa Bwiza batarya umunwa, bituma Abayuda n’Abanyamahanga benshi bizera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Maze bari muri Ikoniyo bompi binjira mw isinagogi y’Abayuda, bavuga amajambo atuma Abayuda n’Abagiriki benshi cane bizera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |