Ivyakozwe 13:47 - Bibiliya mu Kirundi coroshe47 Kuko Umwami yari yadutegetse ati: ‘Nagushiriyeho kuba umuco ku Banyamahanga, kugira ngo uzoshikane agakiza ku mpera z’isi.’” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)47 Kuk’ Umwami Imana ari ko yatubariye, ati Ndagushizeho ng’ ube umuco w’amahanga, Kugira ngo n’abo ku mpera y’isi ubashikirize agakiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |