Ivyakozwe 13:46 - Bibiliya mu Kirundi coroshe46 Pawulo na Baranaba baca barabishura ata bwoba bati: “Ni mwebwe mwari mukwiye kwumva ijambo ry’Imana ubwa mbere. Ariko ko muryanse, mukabona ko mutabereye ubugingo budashira, duhindukiriye Abanyamahanga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)46 Paulo na Barunaba bavuga bashize amanga, bati Vyari bibereye kw ijambo ry’Imana ribanza kubgirwa mwebge; none ko murishibuye, mukībūra ko mutabereye ubugingo budashira, ehe‐e duhindukiriye abanyamahanga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |