Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 13:41 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

41 ‘Nimwitegereze, mwa bacokoranyi mwe, mutangare maze munyike. Kuko mu gihe canyu ngiye gukora kintu, mutokwigera mwemera, naho hogira uwukibabwira.’”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

41 ngo Rāba mwa banyagakēngērwe, mutangare, muyongayonge, Kuko ngira nkore igikorwa mu gihe canyu, Igikorwa mutazoruha mwemera, nah’ umuntu yokibasobanurira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 13:41
26 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abafarisayo, kubera ko bakunda amahera cane, bumvise ivyo vyose baca baramutwenga.


Abantu isinzi bari aho babiraba; abakuru b’Abayuda na bo bamucokora, bavuga bati: “Yakijije abandi, niyikize na we turabe, ko yigira ngo ni Kristo, Uwatoranijwe n’Imana.”


Kuko Umwami yari yadutegetse ati: ‘Nagushiriyeho kuba umuco ku Banyamahanga, kugira ngo uzoshikane agakiza ku mpera z’isi.’”


Aca arambwira ati: ‘Genda, nzogutuma kure, mu Banyamahanga.’ ”


Uwutazomwumviriza aze arandurwe mu bwoko bwiwe.’


Twaramwumvise avuga ko uwo Yesu w’i Nazareti azosambura urusengero yongere ahindure imigenzo Mose yadusigiye.”


mu kugerageza kutubuza kwigisha Abanyamahanga kugira ngo bakizwe. Mu gukora ivyo, birundanirizako ivyaha. Ariko uburake bw’Imana bwabashitseko.


Kuko igihe cashitse c’uko urubanza ruhera mu nzu y’Imana. Nimba urubanza ruhereye kuri twebwe, mbega ntazoba ari akaga gakomeye ku bantu banse kwumvira Ubutumwa Bwiza bw’Imana!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ