Ivyakozwe 13:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Imana yaramuzuye mu bapfuye kugira ngo ntaze yigere abora. Imana yabivuze muri aya majambo, iti: ‘Nzobaha imigisha yejejwe kandi idahinduka, iyo nasezeraniye Dawidi.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Kandi kuko yamuzuye mu bapfuye atazosubira mw iborero, yavuze irtya, iti Nzobaha imigisha yera ya Dawidi itazovaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |