Ivyakozwe 13:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe33 yagishikije ku bwacu, twebwe abana babo, mu kuzura Yesu mu bapfuye. Ibi ni vyo vyanditswe muri Zaburi ya kabiri ngo: ‘Uri umwana wanje; uwu musi ndakuvyaye.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 yukw Imana yabishikije kuri twebge abana babo, hamwe yazura Yesu. Kandi ni ko vyanditswe muri Zaburi ya kabiri, ng’ Ur’ Ubura bganje, uyu musi ndakuvyaye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |