Ivyakozwe 13:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 hanyuma amara imisi myinshi yiyereka abagendanye na we kuva i Galilaya gushika i Yerusalemu. Ubu ni bo bariko baramushingira intahe mu bwoko bwacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Imisi myinshi abonekera abāri baradūganye na we ava i Galilaya aja i Yerusalemu, abo ni bo bamushingira intahe ubu imbere y’abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |