Ivyakozwe 13:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Imaze gukura Sawuli, yimitse Dawidi ngo abe umwami wabo. Yamushingiye intahe iti: ‘Nironkeye Dawidi mwene Isayi, umuntu ahuye n’uko umutima wanje ugomba, azoshitsa ivyo ngomba vyose.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Imukūye, ibahagurukiriza Dawidi kuba umwami wabo, imushingira intahe, iti Mbonye Dawidi mwene Isayi umuntu ameze nk’uk’ umutima wanje ugomba, azokora ivyo ngomba vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |