Ivyakozwe 13:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Ivyo vyose vyabaye nko mu kiringo c’imyaka amajana ane na mirongo itanu. Inyuma yivyo Imana yabahaye abacamanza gushika mu gihe c’uwavugishwa n’Imana Samweli. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 ibaha abacamanza, gushitsa ku wavugishwa n’Imana Samweli. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |