18 yihanganira ubugaba bwabo imyaka mirongo ine mu bugaragwa.
18 Yihanganira ingeso zabo nk’imyaka mirongwine mu bugaragwa.
Yabakuje muri Egiputa utwumiza n’ibitangaza yakoreye muri ico gihugu, ku kiyaga gitukura, no mu myaka mirongo ine bamaze mu bugaragwa.