Ivyakozwe 13:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Imana y’ubwoko bwa Isirayeli ni yo yatoranije ba sogokuruza, ibaha kuba ihanga rikomeye mu gihugu c’ikinyamahanga ca Egiputa, hanyuma ibakuzayo ukuboko kwayo kw’ubushobozi, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Imana y’ubu bgoko bg’Abisirayeli yatoranije ba sogokuruza, kand’ ishira abantu hejuru hamwe bār’ abambukīra mu gihugu ca Egiputa, ikabakūzay’ ukuboko gukomeye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |