Ivyakozwe 13:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 amubwira ati: “Uri umwana wa wa mubi, umwansi w’ivyiza vyose! Uzogeza ryari kubuza abantu kugororokera Umwami? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 ati Wewe wuzuye ubugunge bgose n’ububi bgose, wa mwana w’Umurwanizi we, wa mwansi w’ivyo kugororoka vyose, ntuzoreka kugoreka inzira z’Umwami Imana zigororotse? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |