Ivyakozwe 12:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Wa mumarayika aca abarira Petero ati: “Ambara impuzu n’ibirato vyawe.” Nuko Petero aravyambara. Wa mumarayika arasubira ati: “Ambara umutamana wawe, unkurikire.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Umumarayika aramubarira, ati Kenyera, wambare inkweto zawe. Abigenza artyo. Kand’ aramubarira, at’ Ikubirek’ umutamana wawe, unkurikire. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |