Ivyakozwe 12:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Umumarayika w’Umwami Imana aca araza, umuco urasira mu cumba Petero yarimwo, amukoma mu rubavu, aramukangura, amubwira ati: “Vyuka ningoga!” Ubwo nyene ya minyororo ica imuva ku bikonjo, irakoroka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Maz’ umumarayika w’Umwami Imana amuhagarara i ruhande, umuco ubonesha mu nzu. Akoma Petero mu mbavu, aramukangura, ati Vyuka n’ingoga. Iminyororo imuva ku maboko, irakoroka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |