Ivyakozwe 12:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Ariko, kubera Herode atahesheje Imana icubahiro, akemera ko abantu bamuninahaza, ubwo nyene umumarayika aca aramukubita, aribwa n’inyo, aca arapfa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Uwo mwanya umumarayika w’Umwami Imana aramukubita, kukw adahaye Imana Rurema icubahiro, aturika inyo, aracīkāna. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |