Ivyakozwe 12:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Isango rigeze, Herode yambara ikanzu y’inyambarabami, yicara ku ntebe y’ubwami, abwira ijambo abari ngaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Nuko ku musi washinzwe, Herode yambara impuzu z’ubgami, avyagira ku ntebe y’icubahiro, abacūrira amajambo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |