Ivyakozwe 12:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Petero aca arabamama ngo batekereze, aca abiganira ido n’ido ukuntu Umwami Imana yamukuye mw’ibohero. Arababwira ati: “Murabibwira Yakobo n’abandi bene Data.” Aca ava aho aragenda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Arabamama, abīgānira uk’Umwami Imana yamukūye mw ibohero, arababgira, at’ Ivyo mubibarire Yakobo na bene Data bandi. Arahava, aja ahandi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |