Ivyakozwe 12:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Amaze gutahura ivyo, aca aja i muhira kwa Mariya nyina wa Yohana ari we Mariko, aho abizera benshi bari bakoraniye bariko barasenga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Amaze kuvyiyumvira, aja kwa Mariya, nyina wa Yohana ari we Mariko, aho bāri bakoraniye benshi, bariko barasenga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |