Ivyakozwe 12:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Ni ho Petero yatora akenge, avuga ati: “Ubu rero ndamenye vy’ukuri ko Umwami Imana yarungitse umumarayika kundokora mu vyara vya Herode n’ivyo Abayuda bari bateguye kungirira vyose.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Akenge kagarutse, Petero aribgira, ati Noneho mmenye vy’ukuri yuk’ Umwami yatumye umumarayika wiwe, akankiza ukuboko kwa Herode, bo n’ivyo ubgoko bg’Abayuda bgāri bushamāje vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |