Ivyakozwe 11:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 “Nari i Yopa ndiko ndasenga, hanyuma mera nk’uwutwawe n’agatiro, nca ntangura kwerekwa. Mbona ikintu kimeze nk’igitambara kinini cururuka kiva mw’ijuru gifashwe ku mitwe yaco uko ari ine, gishika aho nari ndi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 ati Nari mu gisagara c’i Yopa, ndiko ndasenga, mbona neretswe nko mu nzozi ikintu kimanuka kivuye mw ijuru, kimeze nk’uruhuzu runiniya rufashwe ku mitwe ine, kiza aho ndi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |