Ivyakozwe 11:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Nuko barabishitsa, barungikira infashanyo zabo abakuru b’ishengero ry’i Yerusalemu, zitwawe na Baranaba na Sawuli. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Babigenza bartyo, babirungikira abakuru, bijanye Barunaba na Sauli. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |