Ivyakozwe 11:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Nuko abigishwa bo muri Antiyokiya, bivanye n’ico umwe umwe wese ashoboye, bafata ingingo yo kurungikira imfashanyo abizera b’i Yudaya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Maz’ abigishwa, umuntu wese nk’ukw atunze, bashinga kurungikira bene Data baba i Yudaya ivyo kubatabara. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |