Ivyakozwe 11:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Ashitseyo akibonerako ubuntu bw’Imana bwabaye kuri bo, aranezerwa cane, yongera arabinginga bose ngo bashishikare gukurikira Umwami n’imitima yabo yose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Na we amaze gushikayo, abonye ubuntu bg’Imana, biramunezereza, arabahanūra bose ngo bamaramaze mu mitima kwifatanya akaramata n’Umwami Yesu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |