Ivyakozwe 11:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 None rero nimba Imana yabahaye ingabire nk’iyo yaduhaye, twebwe twizeye Umwami Yesu Kristo, mbega jewe nari iki aho noba intambamyi ku gikorwa c’Imana?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 None kw Imana yabahaye ingabire imwe n’iyo natwe twahawe hamwe twizera Umwami Yesu Kristo, jewe nd’ iki gishobora gutāngīra Imana? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |