Ivyakozwe 11:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Nca nibuka ivyo Umwami Yesu yavuze, ati: ‘Yohana yabatiza mu mazi, ariko mwebwe muzobatizwa muri Mpwemu Yera.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Nibuka rya jambo ry’Umwami Yesu, uko yavuze, ati Yohana yabatirishije amazi, ariko mweho muzobatizwa na Mpwemu Yera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |