Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 11:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Ntanguye kuvuga, Mpwemu Yera abazako nk’uko yatujeko mu ntango.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Ngitanguye kuvuga, Mpwemu Yera arabamanukira, nk’uko yamanukiye kuri twebge ubga mbere.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 11:15
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Pawulo abarambitseko ibiganza, Mpwemu Yera aca abazako, batangura kuvuga izindi ndimi no kuvugishwa n’Imana.


Bahejeje gusenga, aho bari bakoraniye haratigita, bose buzuzwa Mpwemu Yera, baca bigisha ijambo ry’Imana bashize amanga.


Petero aca amara imisi myinshi i Yopa kwa Simoni, yakora ivyo gutunganya insato.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ