Ivyakozwe 10:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Bukeye, nk’igihe c’isaha zitandatu z’umurango, ba bantu bakiri mu nzira bagira bashike i Yopa, Petero aduga ku gisenge c’inzu gusenga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Bukeye bg’aho, bakigenda, bari hafi gushika mu gisagara, Petero yūrira hejuru ku nzu gusenga, hāri nk’isaha zitandatu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |