Ivyakozwe 10:41 - Bibiliya mu Kirundi coroshe41 Ntiyabonywe na bose, kiretse twebwe abo Imana yari yaratoranije nk’ivyabona, twasangiye na we amaze kuzuka mu bapfuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)41 s’imbere y’abantu bose, arikw imbere y’ivyabona vyatoranijwe n’Imana ivyo bitarabaho, ni twebge, abāsangira na we, turya kandi tunywa, amaze kuzuka mu bapfuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |