Ivyakozwe 10:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe39 Natwe turi ivyabona vyo gushingira intahe ivyo yakoze vyose mu gihugu c’Abayuda n’i Yerusalemu. Yishwe abambwe ku musaraba, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 Natwe tur’ ivyabona vyo gushingira intahe ivyo yakoze vyose mu gihugu c’Abayuda, bo n’i Yerusalemu, umwe bishe, bamumanitse ku giti. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |