Ivyakozwe 10:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe38 ingene Imana yarobanuje Yesu w’i Nazareti Mpwemu Yera n’ubushobozi, n’ukuntu yagendagenda hose agira neza, akiza n’abari mu gacinyizo ka wa mubi, kuko Imana yari kumwe na we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 rivuga ivya Yesu Umunyanazareti, ingen’ Imana yamusutseko Mpwemu Yera n’ubushobozi, akagenda agirira abantu neza, agakiza abo bose wa Murwanizi atwaza amanyama, kukw Imana yari kumwe na we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |