Ivyakozwe 10:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Umusi umwe, hari nk’igihe c’isaha icenda z’umuhingamo, yerekwa abona mu buryo bugarara umumarayika w’Imana yinjiye aho ari, akavuga ati: “Koruneliyo!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Abona yeretswe imbonankubone umumarayika w’Imana yinjiye i we hāri nk’isaha cenda z’umusi: aramuhamagara, ati Koruneliyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |