Ivyakozwe 10:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe28 Aca arababwira ati: “Murazi neza ko bitemewe ko Umuyuda yifatanya n’umunyamahanga canke ngo amugendere. Ariko Imana yanyeretse ko ntakwiye gufata umuntu n’umwe nk’uwuhumanye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 arababgira, at’ Ubganyu murazi yuko kizira k’umuntu w’Umuyuda yifatanya n’uw’ ubundi bgoko, canke kw amugendera: ariko jeho, Imana yanyeretse yuko hatogira umuntu nita ikizira cank’ igihumanya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |