Ivyakozwe 10:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 We n’umuryango wiwe bari bariyeguriye kwubaha Imana. Yaratanga ivyiwe abifashisha aboro, kandi agasenga cane yamizako. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Yar’ umuntu yubaha Imana akayitinyana n’abo mu nzu yiwe bose, yagirira abantu ubuntu bginshi, agasenga Imana ubudasība. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |